Aba Dj I Kigali ngo bararembejwe n’abasuma
DJ Miller ari muba DJ bakunzwe cane I Kigali avuga ko babangamiwe cane n’abantu babiba amafaranga, kandi ngo bikaba biba akatari gake, atari kuwe wenyene ariko ngo no ku bandi ba DJ batandukanye bari I Kigali. Miller…