5.5 C
New York
Saturday, January 16, 2021
Home homepage Primus League: Uki niko imigwi izohura kundwi ya 21

Primus League: Uki niko imigwi izohura kundwi ya 21

Kuva kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 15 gushika kurya 16 Ruhuhuma 2020 ihiganwa rya Primus league rirabandanya kundwi yaryo igira 21.

Igenekerezo rya 15/02/2020:

– Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’umuco Kayanza United izokwakira Ngozi City

– Isaha Icenda 15h00 Ku kibuga c’Urunani Bumamuru Fc izokwakira Bs Dynamic

– Isaha Icumi 16h00 Ku kibuga c’intwari Buja city izokwakira Messager Ngozi Fc

Igenekerezo rya 16/02/2020:

– Isaha indwi n’igice 13h30 Ku kibuga c’intwari Les lierres
izokwakira Inter Star

– Isaha Icenda 15h00 Ku kibuga c’Umuco Olympic Star izokwakira Vital’o Fc

– Isaha Icenda 15h00 Ku kibuga c’ingoma Flambeau du centre izokwakira Rukinzo Fc

– Isaha Icumi 16h00 Ku kibuga c’intwari Athletico Academy izokwakira LLBS4A

– Isaha Icenda 15h00 Ku kibuga ca Peace Park Complex Aigle Noir izokwakira Musongati Fc

Must Read

Diamond ngo yari umwana w’umuzanano, bishoboka ko arico gituma atafashije uwo...

0
  Bwabundi ngo Diamond Platnumz n’umwana w’umuzanano, ngo s’uwa Mzee Abdoul Juma yarasanzwe azwi ko ariwe se amuvyara. Iyo ikaba ariyo nkuru igezweho muri ino...