5.5 C
New York
Monday, July 26, 2021
HomehomepagePrimus league : Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 21

Primus league : Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 21

Mu mpera zindwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro cambere mu gihugu c’Uburundi ryarabandanije kundwi yaryo igira 21. Uku niko imigwi yatsindanye :

-Bumamuru Fc yatsinzwe na Bs Dynamik ibitsindo 2-1

-Kayanza Utd itsinda Ngozi City igitsindo 1-0

-Buja city yatsinzwe na Messager Ngozi ibitsindo 2-1

-Les Lierres Fc yanganije na Inter Star igitsindo 1-1

-Olympic star inyagirwa na Vital’o Fc ibitsindo 5-2

-Aigle Noir yanganije Musongati Fc igitsindo 1-1

-Flambeau du centre yanganije na Rukinzo Fc igitsindo 1-1

-Atletico Academy yanganije na LLB S4a 0-0

Uku niko imigwi isumbasumbanya amanota vy’imfatakibanza :

1) Messager Ngozi : amanota 40 mu nkino 20 bamaze gukina

2) Musongati Fc 40

3) Flambeau du Centre 39

4) Vital’o Fc 36

5) BS Dynamik 33

6) Aigle Noir bafise aamanota 32 mu nkino 20 bamaze gukina

7) Inter Star 28

8) Bumamuru Fc 28

13) Olympic star 23

14) AtleticoAcademy 22

15)Les Lierres Fc 20

16)Ngozi City 14

- Advertisment -

Must Read

Sat-b ageze mu Mikino ya Olympic mu Buyapani aciye muri Canada

0
Mkombozi yagize ngo iyo uteye umugere igikere uba uriko uracunguruza, none iraba kwaba Yoya rya Meddy ku ndirimbo Beautiful ya Sat-b hakabura amasanamu y'iyo...