homepagekirundikirundi_Sports

Uku niko imigwi yatsindanye mu cicaro ca kabiri

Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri League B naryo ryarabandanije kundwi yaryo igira kabiri. Uku niko imigwi yatsindanye:

-Volontaire Fc yo mu Kanyosha yanganije na Messager Rumonge igitsindo 1-1

-Unité Fc yanyagiye Flambeau de l’est ibitsindo 4-0

-Telaviv Fc yatsinze Les Jeunes Athlétique ibitsindo 3-2

-Moso sugar yanganije na Delta Star igitsindo 1-1

-Muzinga Fc yatsinze Top Junior ibitsindo 2-1

-Garage Fc yatsinze Lumjere de mwumba igitsindo 1-0

-Les Elephants yanganije na New Oil igitsindo 1-1

-Buhumuza Fc watsinzwe na Royal Fc ibitsindo 2-1.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 171