B Face yatangajwe n’uwahevye umuziki kubera arindiriye gukobwa
Mu ndirimbo Ibibazo aheruka gukorana n’abaririmvyi batandukanye 5, B Face avuga ko yashaka ijwi ry’umwigeme nawe akora Rap ngo bikunde humvikanemwo amajwi hafi nka yose, ariko yavuze ko ivyamubayeko amushitse imbere…