homepageintamba murugambakirundikirundi_Sports

Uyu niwe mukinyi w’intamba Nshimirimana Jospin akunda

Mu kiganiro Jospin Nshirimana yakoranye na Indundi Tv igenekerezo rya 02 Ruhuhuma 2020 uyo musatirizi akomeye w’umugwi Aigle Noir The Fighters yashoboye kuvuga umukinyi akunda mu ntamba mu rugamba ndetse no kw’isi.

Akaba yavuze y’uko umukinyi akunda mu mugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba ari Cédric Amissi mu gihe umugwi wa mbere akunda kw’isi ari Fc Barcelona hama n’umukinyi akunda kw’isi kuriwe ari Frankie De Jong akina muri uwo mugwi nyene.

Mukamenya y’uko Jospin Nshimirimana ariwe yatowe nk’umukinyi mwiza yaranze ihiganwa rya Bangabandhu Gold cup ryabereye muri Bangladesh mu kwezi kwa nzero ndetse anafata ikibanza ca mbere c’abakinyi batsinze ibitsindo vyinshi muri iryo higanwa.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 701