Hamenyekanye ico Diamond yibaza ku bamuvuga nabi
Kumuvuga nabi ngo ntaco bimutwaye, ivyo nivyo Diamond asanzwe akunda gusumba kumuvuga neza. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umwe mu banyarusaku muri Tanzania. Ivyo akaba yabishikirije mu gihe yariko abazwa igituma avuga cane…