5.5 C
New York
Sunday, April 11, 2021
Home homepage Primus league | Uku niko imigwi izohura kundwi ya 22

Primus league | Uku niko imigwi izohura kundwi ya 22

Mu mpera zino ndwi ihiganwa rya Primus league rizobandanya kundwi yaryo igira 22.

Uku niko imigwi izohura :

Igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2020 :

– Isaha indwi n’igice 13h30 , umugwi BS Dynamic uzokwakira Musongati Fc ku kibuga c’intwari

– Isaha icumi 16h00 umugwi Athletico Academy uzokwakira Flmabeu du centre ku kibuga c’intwari

Igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2020 :

– Isaha indwi n’igice 13h30 umugwi Les lierres uzokwakira Messager Ngozi ku kibuga c’intwari

– Isaha Icumi 16h00 umugwi Rukinzo Fc uzokwakira Olympic Star ku kibuga c’intwari

– Isaha Icenda 15h00 umugwi Bumamuru Fc uzokwakira LLBS4A ku kibuga c’urunani

– Isaha icenda 15h00 umugwi Ngozi city izokwakira Buja city ku kibuga c’urukundo

– Isaha icenda 15h00 umugwi Aigle Noir uzokwakira Inter Star ku kibuga ca Peace Park complex

– Isaha Icumi 16h00 umugwi Vital’o Fc uzokwakira Kayanza United ku kibuga c’intwari

Must Read

Les Jumeaux Music Club : Apprendre comment devenir boss de soi-même

0
Au moment où le marché du travail devient de plus en plus rare et que certains lauréats des universités tant publiques que privées gardent...