Primus league : Uko imigwi yatsindanye kundwi ya 22

0
463

Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije ku ndwi yaryo igira 22, uku niko imigwi yaryitavye yatsindanye :

– Bs Dynamic yatsinzwe na Musongati Fc igitsindo 1-0

– Athletico Academy itsinda Flambeau du Centre ibitsindo 2-1

– Les lierres yatsinzwe na Messager Ngizi ibitsindo 2-0

– Rukinzo Fc yatsinzwe na Olympic Star ibitsindo 2-1

– Bumamuru Fc yatsinze LLBS4A ibitsindo 2-0

– Ngozi City yatsinzwe na Buja city ibitsindo 2-1

– Aigle Noir yanganije na Inter Star igitsindo 1-1

– Vital’o Fc yatsinzwe na Kayanza United ibitsindo 2-0