Coupe du Président : Uku niko imigwi igiye guhura mu gice ca 1/8

0
598

Ihiganwa ry’igikombe c’Umukuru w’igihugu rigiye kubandanya mu gice ca 1/8 gishira ica nyuma.

Igenekerezo rya 25 Ruhuhuma :

-Isaha icenda n’igice 15h50 Athletico Academy izokwakira Lumiere de Mwumba Ku kibuga c’intwari

Igenekerezo rya 26 Ruhuhuma :

– Isaha Indwi 13h00 BS Dynamic izokwakira Inter Star ku kibuga c’intwari

– Isaha Icenda n’igice 15h30 Rukinzo Fc izokwakira Unité Fc y’i Muyinga ku kibuga c’intwari

– Isaha icenda 15h00 LLBS4A izokwakira Aigle Noir ku kibuga ca Peace Park Complex i Makamba

– Isaha icenda 15h00 Bumamuru izokwakira Buja city Ku kibuga c’Urunani

-Igenekerezo rya 27 Ruhuhuma:

-Isaha icenda 15h00 Buhumuza Fc izokwakira Kayanza United mu Ruyigi

– Isaha Indwi 13h00 Les Jeunes Athletic izokwakira Musongati Fc ku kibuga c’intwari

– Isaha icenda 15h30 Vital’o Fc izokwakira Garage Fc y’i Gitega