HomehomepageIki nico catumye Ndaye Chancel agurwa muri America

Iki nico catumye Ndaye Chancel agurwa muri America

Mu kiganiro myugariro w’intamba mu rugamba Ndaye Chancel yakoranye na Indundi TV yasiguye icatumye atabandanya gukina i Buraya muri Républic Tchéque mu mugwi wa MFK akabone kwerekeza muri Las Vegas Light.

Ndaye chance akaba yavuze y’uko yashimwe n’uyo mugwi wa Las Vegas light ni nayo mpamvu yaciye yimukira muri uwo mugwi wo muri reta zunze ubumwe za America .

Yaciye mu migwi itandukanye nka Tanganyika Fc , LLBS4A hamwe na Rukinzo Fc .

Mukamenya y’uko yigeze gutorwa mu bakinyi 11 baranze ihiganwa rya CAN U 23 ryo mu mwaka wa 2019.

- Advertisment -

Must Read

Indyane z’amoko zahitanye 338 muri Ethiopia

0
Abantu 338 nibo bemezwa na Leta ya Ethiopie ko biciwe mu gitero cabaye mu ntango z'ukwezi kwa 6 mu gace ka Oromia. Ico gitero cagirijwe...