Tanasha yishuye wamubajije nimba azoririmba ku guhebana kwiwe na Diamond
Naho bivurwa ko abavyeyi ba Nasibu Junior batakivuga rumwe, bivuye kuko ngo harimwo umwe yoba yaciye inyuma uwundi, kandi ko umwe muribo ngo agiye kugira ico ashikirizako abicishije mu ndirimbo, hari abandi batanguye…