Belle9ice : Inyishu ku bibaza ko yoba yaragerageje gukorora imbanyi yibungeze ya Sat-B
Umuririmvyikazi INGABIRE Belle Nice asanzwe azwi cane kwizina ry'ubusitari nka Belle9ice bisanzwe bizwi neza ko asohokana mu rukundo n'umuririmvyi akaba na kizigenza CEO wa Label ya Empire Avenue ariwe Sat-B nawe…