5.5 C
New York
Monday, July 26, 2021
HomefootballUyu niwe yatahukanye agashimwe k'umumenyereza w'ukwezi kwa kabiri

Uyu niwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza w’ukwezi kwa kabiri

Umumenyereza w’umugwi wa Kayanza United Bankuwiha Emanuel batazira Mayele niwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza yigenjeje neza mu kwezi kwa kabiri BCM ( Best Coach of the Mouth), ako gashimwe akaza kugahabwa kuri uyu wa gatandatu ku kibuga c’intwari isaha icenda n’igice 15h30, igihe umugwi wa Kayanza United asanzwe amenyereza uzoba ushaka gutana mu mitwe na Rukinzo Fc isaha icumi 16h00.

Utsindiye agashimwe k’umumenyereza w’ukwezi uhabwa igikombe n’ibahasha ry’amafaranga ibihumbi ijana vy’amarundi (100.000FBU).

Mwomenya y’uko ubwo bushimwe butangwa n’abakunzi batandukanye bakunda inkino abo bakunzi nyene bama bavuga y’uko imiryango yuguruye kuwariwe wese yipfuza guterera mu bijanye nako gashimwe.

- Advertisment -

Must Read

Sat-b ageze mu Mikino ya Olympic mu Buyapani aciye muri Canada

0
Mkombozi yagize ngo iyo uteye umugere igikere uba uriko uracunguruza, none iraba kwaba Yoya rya Meddy ku ndirimbo Beautiful ya Sat-b hakabura amasanamu y'iyo...