5.5 C
New York
Thursday, April 15, 2021
Home Health Health : Ingene coronavirus iriko irakwiragira kw'isi

Health : Ingene coronavirus iriko irakwiragira kw’isi

Ukwo buca n’uko bwira, ikiza ca Coronavirus kibandanya gikwiragira mu bihugu bitandukanye vyo kw’isi. Ibitigiri biri aha musi vyarekana ingene yagiye irakwiragira muri buri gihugu, abamaze kuyandura hamwe n’abo imaze guhitanira ubuzima kugera kw’igenekerezo rya 3 Ntwarante uwu mwaka nk’uko bishikirizwa n’ishirahamwe ryitaho amagara y’abantu kw’isi OMS.

                  Abanduye  
China 80.814 Abapfuye

3.099

Republika ya Korea 7.134 50
Iran (Republika ya ki Islamu ya) 6.566 194
Italy 5.883 234
Ubufaransa 939 11
Ubudage 847
Ubwato Diamond Princess 696 6
Espanye 589 10
Japan 455 6
Ubwongereza 277 3
Ubusuwisi 264 2
Leta Zunze Ubumwe za Amerika 213 11
Ubuholandi 188 1
Belgium 169
Swede 161
Norvege 147
Singapore 138
Austria 102
Malaysia 93
Bahrain 79
Australia 77 3
Greece 66 1
Kuwait 62
Canada 57
Iraq 54 4
Thailand 50 1
Egypt 48
Iceland 45
Intara ya Taiwan y’Ubushinwa 45 1
United Arab Emirates 45
India 34
Denmark 31
Lebanon 28
San Marino 27 1
Czechia 26
Israel 25
Finland 23
Viet Nam 21
Portugal 21
Sisjordanie 19
Brazil 19
Ireland 19
Algeria 17
Oman 16
Slovakia 16
Ecuador 14
Romania 13
Georgia 12
Qatar 12
Slovenia 12
Croatia 11
Saudi Arabia 11
Estonia 10
Azerbaijan 9
Argentina 9 1
Hungary 7
Mexico 7
Russian Federation 7
Belarus 6
Philippines 6 1
Poland 6
Indonesia 6
Peru 6
New Zealand 5
Pakistan 5
Guiana y’Ubufaransa 5
Costa Rica 5
Chile 5
Afghanistan 4
Senegal 4
Ivyahoze ari Republika ya Yugoslaviya ya Macedonia 3
Bangladesh 3
Malta 3
Cambodia 2
Cameroon 2
Luxembourg 2
Morocco 2
Ubwato Diamond Princess 2
Afrika y’epfo 2
Maldives 2
Martinique 2
Bulgaria 2
Bosnia na Herzegovina 2
Republika ya Moldova 1
Armenia 1
Colombia 1
Dominican Republic 1
Gibraltar 1
Vatikano 1
Jordan 1
Latvia 1
Liechtenstein 1
Lithuania 1
Andorra 1
Bhutan 1
Monaco 1
Nepal 1
Nigeria 1
Saint Barthélemy 1
Serbia 1
Sri Lanka 1
Togo 1
Tunisia 1
Ukraine 1
Amazinga ya Faroe 1

 

Must Read

Iki nico Umukirisu mushasha, Mow Kanzie, yemereye aba Musulman muri ibi...

0
  Ijambo ry’Imana rivuga ngo ico udashaka ko bagukorera nawe ntugikorere abandi,  ivyo nivyo umuririmvyikazi Mo’w kanzie akaba n’umukirisu mushasha yaraye yiyemeje muri bino bihe...