B Face arerekana abantu baza imbere mu bapfukamye mu nda umuziki ndundi akerekana n’ahari umuti
B Face ngo ntihagire uwusubira guta umwikomo kuri mugenziwe ngo kuberiki indirimbo zitamenyekana mu makungu, avuga ko yaba abamenyeshamakuru, abaririmvyo co kimwe n’aba DJ ngo bose amakosa n’ayabo. Boniface abona ko umuti…