Lolilo – Kamedata (Official Video)
https://www.youtube.com/watch?v=c63cs9JC8Ao
https://www.youtube.com/watch?v=c63cs9JC8Ao
Umukinyi wo hagati w'umugwi nserukira gihugu w'Ubufaransa hamwe n'umugwi wa Juventus wo mu butariano Blaise Matuidi yaraye agiriwe imipimo vy'amagara yiwe basanga arwaye ikiza ca Coronavirus. Umugwi wa…
https://www.youtube.com/watch?v=WS7v_UQhfxQ
Intambara idasanzwe muba Djs ndetse n'abaririmvyi inyuma yo kuba atamuririmvyi yashoboye kuboneka mw’ifubwa ry'umutambukanyi wa Dj Yverson. Amwe mu masanamu yashoboye gufatwa inyuma yo kuva gufubana iteka uwo…
Muigizaji wa Filamu nchini Burundi maarufu Mr Tambwe anakuja pia na ujio mpya wa Series ambayo kwa Upande wake itakuwa ni yenye elimu zaidi, hapo ni baada kijana huyo kujituma zaidi siku kwa siku na kuleta mapinduzi…
Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV Umuyobozi mu bijanye n'ubuhinga mu mugwi wa Vital'o Fc Kanyenkore Jean Gilbert Yaoundé yasiguye itandukaniro riri hagati y‘abakinyi b'ubu n’aba bakera . Akaba yagize ati…
Muigizaji wa Filamu nchini Burundi ambae anatumikia kazi zake Mkoani Gitega Maarufu kama Muzungu ,kweli nikijana ambae anajituma sana kwa kweli na katika muonekano anajitaidi kutengeneza jina lake vizuri sehemu gitega kwa…
Inyuma yaho mu mwaka uheze rallye y'imbo ibereye i Gihungwe muri komine Gihanga intara ya Bubanza, hamenyekanye izindi ntara zizokwakira rallye y'imbo muri uno mwaka ikazoba mu kwezi kuza. Iyo Rallye…
Mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu, Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum yavuze ko abaririmvyi b’abarundi bafatwa nk’abasazi. Kidum abajijwe ngo abisobanure yavuze ko ubusazi bwabo atari ubwa…
Imirwi ya Bibamba beach na Bunge niyo yaronse itike yo gukina urukino rwa nyuma mw'ihiganwa rya Soccer beach ry'uno mwaka nkuko indundi sports yabimenyeshejwe na Juma Musoma arongoye igisata c'umupira wo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.