5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home homepage Rallye de l'imbo izobera mu ntara zibiri

Rallye de l’imbo izobera mu ntara zibiri

 

 

Inyuma yaho mu mwaka uheze rallye y’imbo ibereye i Gihungwe muri komine Gihanga intara ya Bubanza, hamenyekanye izindi ntara zizokwakira rallye y’imbo muri uno mwaka ikazoba mu kwezi kuza.

Iyo Rallye izoba kw’igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2020 muri Bujumbura mairie ribandanirize mu ntara ya Mwaro ku magenekerezo ya 19 Ndamukiza uno mwaka turimwo nkuko twavyiganiwe na Adon Negamiye asanzwe ari mu bategura ayo mahiganwa.

Abakunzi b’ayo mahiganwa boba baratangura kwitegurira ico kirori kidasanzwe.
Ni inkuru Indundi sports ikazobandanya abaha amakuru mashasha yerekeye iryo higanwa ryo gusiganwa n’imiduga.

Indundi sports ikaba yifurije imyiteguro myiza abadereva n’ababunganira (pilote et copilote).

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....