Lolilo avuga icatumye asubira gukorana indirimbo na Big Fizzo
Intandaro y’ugusubira gukorana hagati ya Big Fizzo na Lolilo ngo n’inyota yukwerekana ko umuziki w’uburundi utwawe n’abo bagabo babari bamaze igihe muri uwo mwuga, nkuko bishikirizwa na Lolilo ubwiwe. Mu kiyago yagiranye na…