5.5 C
New York
Sunday, September 19, 2021
HomehomepagePLB: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 26

PLB: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 26

Mu mpera z’indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league Burundi ryarabandanije kundwi yaryo ya 26.

Uku niko imugwi yaraye itsindanye :

– Buja city yatsinzs Kayanz United ibitsindo 2 kuri 1

– Rukinzo Fc yatsinze Les lierres ibitsindo 2 ku 0

– Olympic Star yatsinzwe na Ngozi City igitsindo 1 ku 0

– LLBS4A watsinzwe na Ngozi City igitsindo 1 ku 0

– Inter Star yanganije na Flambeau du centre igitsindo 1 kuri 1

– Athletico Academy yatsinze Vital’o Fc ibitsindo 2 ku 0

– Musongati Fc yanganije na Messager Ngozi igitsindo 1 kuri 1

– Bumamuru Fc yatsinzwe na aigle Noir igitsindo 1 ku 0

- Advertisment -

Must Read

Dj Philbert aremeza ko yakuwe mu ndirimbo bari bakoranye na Sat-b...

0
Dj Philbert yemeje amakuru avugwa ko yoba yarakuwe mu ndirimbo 1 mu ziri muri EP ya Belle Nice. Aho ngo ni mu gihe yari...