5.5 C
New York
Sunday, January 16, 2022
HomefootballUyu niwe mukinyi w'intamba Mohammed Amissi akunda gusumba abandi

Uyu niwe mukinyi w’intamba Mohammed Amissi akunda gusumba abandi

Mu kiganiro yakoranye na Indundi Sports Umukinyi w’intamba mu rugamba akina mu gihugu ca Holland mu mugwi Heracles Almelo Mohammed Amissi yarashoboye kuvuga izina ry’umukinyi akunda cane kw’isi gusumba abandi hamwe n’uwo akunda gusumba abandi mu mugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba.

Umukinyi akunda kw’isi gusumba abandi akaba yavuze y’uko akunda Umukinyi wa Paris Saint Germain Naymar Junior mugihe mu mugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba  yavuze y’uko umukinyi akunda cane gusumba abandi ari kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino akina m’Ububirigi mu mugwi wa zulte weregem ukina mu cicaro ca mbere .

Mohammed Amissi akaba ari umwe mu basatirizi bo muri kazoza Uburundi bwitezeko ibintu vy’inshi .

- Advertisment -

Must Read

#Indundi Sports| Umugwi Top Junior ugiye kwambikwa n’ishirahamwe ryo mu Bwongereza

0
  Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Nzero 2022, umugwi Top Junior wo mu Kayanza wagiraniye amasezerano n’Ishirahamwe risanzwe rikorera ivyo kwambika imigwi (...