B Kobra ati: «Ngitangura kuririmba Mama niwe yanshigikira kuko twaba turikumwe na mukuru wanje ariko Papa we yanyamirira kure.»
Must Read
Inyuma y’ubugeni bwa Kigingi ngo n’ukwerekeza muri Canada
Umukunzi wa Kigingi yabajijwe ibibazo bitari bike ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Muri ivyo bibazo, hagumye hagarukamwo ikibazo c’urukundo rwiwe na Mugenzi Aubin benshi...