Amafaranga arenga imiriyoni 3 na ngendanwa 18 nivyo vyaraye vyibwe
Amafaranga y’amarundi arenga gato imiriyoni 3 hamwe n’amaterefone 18 ivyo nivyo vyibwe n’abasuma bitwaje ibigwanisho mw'ijoro ryakeye kuri uyu wa mbere ku mutumba Rugenge muri komine Mpanda intara ya Bubanza. Amakuru…