5.5 C
New York
Thursday, January 28, 2021
Home Burundi Abanywanyi b’urunani Copa bahamagarirwa kuzotora Evariste Ndayishimiye

Abanywanyi b’urunani Copa bahamagarirwa kuzotora Evariste Ndayishimiye

Abanywanyi b’imigambwe ihurikiye mu runani Copa 2020 bahamagariwe gutora Evariste Ndayishimiye yashizwe imbere n’umugambwe CNDD-FDD ngo awuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe muri Rusama 2020.

Yamara naho biri uko, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 1 Ndamukiza 2020, Jean de Dieu Mutabazi arongoye urwo runani yamenyesheje ko abanywanyi b’iyo migambwe bazotora abahurikiye muri urwo runani mu matora y’abashingamateka n’ay’abajenama b’amakominr ategekanijwe mu kwezi kwa Rusama nyene.

Must Read

Francine Niyonsaba avuze rimwe baba barikosoye  

0
  Ubwo ibihejeje kuba hagati ya Francine Niyonsaba umunonotsi w’Umurundi na rimwe mu mashirahamwe y’ugutumatumanako amakuru, Econet, vyoba vyerekana ko hari iyindi ntambwe igiye guterwa...