Uku niko imigwi yatsindanye mu cicaro ca kabiri

0
645

Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryaraye ribandanije ku musi ugira indwi. Uku niko imigwi yaraye itsindanye :

-Flambeau de l’est yanganije na Garage Fc igitsindo 1 kuri 1

– Telaviv itsindwa na Les Elephant ibitsindo 2 kuri 1

Tubibutse uko imigwi yatsindanye mu ndwi iheze

– Delta Star yatsinze Royal Fc igitsindo 1 Ku 0

– New Oil yanganije na Les jeunes Igitsindo 1 kuri 1

– Lumière Fc yatsinze Unité Fc ibitsindo 2 kuri 1

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 1 Ntwarante 2020, umugwi wa Mosso Sugar uza gukina na Buhumuza Fc