Entertainmententertainment Promotedhomepagekirundipromoted

Sat-B ngo yoba yasubiriye gusotora Big Fizzo mu kuvuga ko aramukije abanyeshure ba Histoire

Inyuma yugusohora akaririmbo gahamagarira abarundi kwirinda ikiza ca Corna virus ,abeshi batangura kwibaza ko indirimbo yariyavuze ko igiye gusohoka itakibaye igisohoka Sat- B yamenyesheje umusi izosohokerako.

Indirimbo Izina y’umuririmvyi Sat-B ngo atagisivye iraja ahabona kumusi wagatanu igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2020.Sat-B kuruno mu hingamwo w’igenekerezo rya 06 Ndamukiza niho yamenyesha aho azosohorera ururirimbo Izina aho ruzosohokera akaba yabikoze abicishije muri Video yifashe akaba yagarutse mumajambo atari make harimwo nk’ivurwavurwa rya Beef bahora bakora ivyo we avuga kobabikora kumvo zitandukanye ngo we aho yayikora kumvo zamafaranga ngo ninaco gituma atanyinyana kuri Beef idatanga amafaranga ngoniyo mvo agomba anasohore indirimbo Izina ngo abakunzi batayishira mu nzira ya Beef ngo ahubwo bakore baraba imbere kuntumbero yabose ariko umuntu agakora yiteguye kuko ejo ngo ashobora kuhava hakaza abandi aho ntiyasinze inyuma nabapfuye bakahasiga ubuzima kukwanka akarenganyo.

Ayo akaba ari amwe mumajambo umuririmvyi Sat B yavuze aho harimwo namwe muyateye ikibazo kubataribake aho yatanguye aramutsa abakunzi b’umuziki ndundi atibagiye na Team Satura icateye amakenga meshi ngo nuko yaramukije n’abanyeshure ba Histoire bose arinaco abenshi bagiye bavuga ngo Sat B asubiye gusotora Big Fizzo,akaba abivuze inyuma yaho Big Fizzo amenyeshereje ko afise  impamyabushobozi ya Histoire mugice ca mbere c‘amashure y’aha iwacu ivyo akaba yabivugiye mu kiganiro bakoranye n’umwe mu bamenyeshamakuru basazwe bakorera imboneshakure BTv Burundi.

Mwomeya ko atanze iryo sango inyuma y’ukumara ameze agera kuri ane atagikorwa asohora kuri uwo muririmvyi ariko akaba yaramenyeshe ko Label ya Empire Avenu igiye gusohora indirimbo zitanu zabose basazwe bagize uwo muryango aho turavuga Belle Nice asazwe ari umukunzi wiwe,Bain Turo,umurwi Best Life Music na Miss Erica

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 342