5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomehomepagePLB: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 27

PLB: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 27

Mu mpera z’indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus League ryarabandanije.

Uko niko imigwi yatsindanye :

– Rukinzo Fc yanganije na Musongati Fc ibitsindo 2 -2

– Inter Star nayo nyene yanganije na Ngozi city igitsindo 1-1

– Kayanza United yanganije na Flambeau du Centre igitsindo 1-1

– Vital’o Fc yanganije na Messager Ngozi 0-0

– Les Lierres Fc yatsinzwe na Athletico Academy ibitsindo 3-1

– Buja City yanganije na Bumamuru ibitsindo 3-3

– Olympic Star yanyagiye LLBS4A ibitsindo 6-0

– Bs Dunamik yanyagiye Aigle Noir ibitsindo 4-1

Uko niko imigwi isumbasumbana amanota kundwi ya 27 :

1. Messager Ngozi ufise amanota 55

2. Musongati Fc 51 (-1match Vs Athletico academy, itariki 15/4)

3. BS Dynamik 42

4. Aigle Noir 41

5. Vital’o Fc 41

6. Flambeau du centre 41

7. Buja City 37

8. Rukinzo Fc 36

9. Bumamuru Fc 35

10. Inter star 35

11. Athletico academy 34 (-1match Vs Musongati Fc)

12.Kayanza United 33

13. Olympic star 33

14. LLB S4A 29

15. Ngozi City 22

16. Les Lierres Fc 20

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...