Réverien Ndikuriyo yavuze imvo yatumye inkino za Primus league zigizwa imbere
https://www.youtube.com/watch?v=t5MAnrAgD78&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=3gFyrWgMtZU
Uburusiya nabwo ngo buriteguye bihagije guhangana n’ikiza ca Corona Virus ari nka hamwe kibandanije gikomera. Ivyo bikaba bishikirizwa n’icegera c’umukuru wa Moscou ari nawe ariko arakurikirana iyubakwa ry’ibitaro binini…
Kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 12 Ndamukiza 2020, ku kibuga c'ingoma kiri mu ntara ya Gitega niho umugwi wa Musongati Fc wari wakiriye umugwi wa Vital'o Fc mu rukino rwo gusubiriza…
Kamatari Esther umunyamideri w’umurundikazi akaba kandi numwe mu bo munda y’ingoma, yahinduye imigambi yarafise none ubu yatanguye gukora ama Mask kugira abashe gufasha abantu kwikingira ikiza ca Corona Virus. Ivyo bikorwa…
Bantu Bwoy mu giteramo bateguye caraye kibereye i Ngozi citabiriwe n’isinzi ry’abakunzi b’umuziki ndundi. Hari kuri uno wa Mungu wa Pasika igenekerezo rya 12 Ndamukiza aho hari igiteramwo mu ntara ya Ngozi igiteramo cari…
Nadine Goncalves mama wa Neymar Jr umukinyi rurangiranwa asigaye afise umukunzi mushasha nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru UOL Le sport abishikiriza. Ivyo bikaba vyashizweko igikumu n’ishusho umuvyeyi w’uwo musore yashize…
Hampande yuko isi iriko irabura abantu ku bwinshi kubera ikiza ca Corona Virus kiriko kiratema gitongora muri kino gihe, isi ishobora kugira ikindi kibazo gikomeye mu misi ya vuba nkuko ONU ibishikiriza. Ico kindi kibazo isi…
Abarundi batari bake barababajwe n’urupfu rw’umuririmvyi akomeye wa hano iwacu, ariko yarasanzwe muri kino gihe abarizwa mu gihugu ca Canada, Leonard Niyomwungere. Bikimenyekana, abarundi batari bake barashize ku mbuga…
https://www.youtube.com/watch?v=B3QHkDeki7Y&feature=youtu.be
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.