5.5 C
New York
Thursday, April 15, 2021
Home Burundi Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega

Ngo hakwiye gushirwaho uburyo buzofasha ubushikiranganji buzoduzwa gukorera i Gitega

 

Abakenguzamateka basaba ko mu mafaranga Reta izokoresha mu mwaka w’2020 ushira uw’2021 hoshirwamwo amahera azohabwa ubushikiranganji buzoduzwa gukorera ku murwa mukuru wa poritike i Gitega hamwe n’abakozi basanzwe bakorera muri ubwo bushikiranganji.

Ivyo babisavye kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2020 igihe umukuru wa sentare iraba amatungo ya Reta yariko arasigurira abakenguzamateka tumwe tumwe mu tunenge iyo sentare yabonye muri iyo nteguro y’ibwirizwa rigena amafaranga Reta izokoresha mu mwaka w’2020 ushira uw’2021.

Abo bakenguzamateka bakaba batanze insiguro y’ayo mafaranga yoshirwa mu gitigiri c’ayo Reta izokoresha ko ari kubera ukwimuka bitigera vyoroha. Ivyo biri uko mu gihe ayo mafaranga atategekanijwe mu nteguro y’ibwirizwa rigena amafaranga Reta izokoresha muri ico kiringo.

 

Must Read

Iki nico Umukirisu mushasha, Mow Kanzie, yemereye aba Musulman muri ibi...

0
  Ijambo ry’Imana rivuga ngo ico udashaka ko bagukorera nawe ntugikorere abandi,  ivyo nivyo umuririmvyikazi Mo’w kanzie akaba n’umukirisu mushasha yaraye yiyemeje muri bino bihe...