Preeze ngo abamuririmba bafise akanya, we nta mwanya afise wo kubishura
Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s’aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiganiro na Buja…