# Imburi : Nyabuna ntuje na rwo; vayo!
Kumbure agatima gatanguye kurebareba. Kumbure utanguye kwibaza uti kubera iki mbega jeho ntogira ivyo abandi bagira. Kumbure nta maragamo ugifise. Utanguye kwifuza kuja kurigata urume uvuye mu ruzi eh mama ngo rwoba…