5.5 C
New York
Saturday, September 25, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeLuc Eymael ngo Sarpong niwe muti w'ingwara y'ubusatirizi muri Yanga

Luc Eymael ngo Sarpong niwe muti w’ingwara y’ubusatirizi muri Yanga

Umumenyereza mukuru w’umugwi wa Yang Africans wo mu gihugu ca Tanzania Luc Eymael yavuze y’uko uwahoze ari Umusatirizi w’umugwi wa Rayon Umunye Ghana Michael Sarpong ariwe muti nyawo Ku ruhande rw’ubusatirizi mu mugwi wa Yang Africans mu mwaka uza .

Michael Sarpong gushika ubu nta mugwi afise bivanye n’uko yirukanywe mu mugwi wa Rayon Sports bivanye n’amajambo mabi yigeze kuvuga kuwutwara umugwi wa Rayon sports.

Ukutagira umusaruro mwiza w’ibitsindo mu basatirizi b’umugwi wa Yang Africans nico catumye Yang Africans irondera uwo musatirizi .

Michael Sarpong akaba yaratsindiye umugwi wa Rayon Sports ibitsindo 16 no kuyifasha gutwara ihiganwa ryo mu mwaka uheze .

- Advertisment -

Must Read

Vivi Muyomba na Linah Blanch mu munezero udasanzwe

0
Imyaka irenga 14 Vivi Muyomba abana n'umugore wiwe Linah Blanch mu munezero, urukundo no gukorera hamwe Imana yahavuye ibahezagiza ikibondo. Amakuru dufise n’uko ivy’urukundo rwabo...