Amatora yo mu 2020 : Sahwanya FRODEBU : Imigabo n’imigambi ya Léonce Ngendakumana
Imigambi mikuru mikuru Léonce Ngendakumana avuga ko yorangura mu gihe yokwizerwa n’abarundi bakamutora akaba umukuru w’igihugu ni iyi ikurikira : Ukugarukira imigenderanire myiza hagati y'Uburundi n'amakungu mu…