5.5 C
New York
Saturday, September 25, 2021
HomeHits ShowIndundi Hits Show

Indundi Hits Show

 

Mukiganiro Indundi Hits Show
Topic y’umusi:
Ni Gute Umuziki wa hano iwacu wotera imbere??
Ni Gute Urundi rwaruka rufise Impano rwokuzwa rukagera kuntambwe nziza?
Ni Gute Amashirahamwe yokorana n’abafise Impano?
Ni Gute Abakunzi b’Umuziki Ndundi Bokunda Abaririmvyi Ndundi bakabashigikira atagukumira?
Uraza kwumva kandi Indirimbo z’abaririmvyi bagitangura ariko bafise impano

[podcast id=15713]

- Advertisment -

Must Read

Hamenyekanye izina ry’igikorwa Masterland agira asohore

0
Ni mu gihe twari duheruka kumubona mw'ihiganwa rya Tagata na Primustar aho yashitse mu gice gishira ica nyuma ariko ntiyaronka amahirwe yo gutahukana agashimwe...