Sat-b yakiriye akazina SIDIBE yahawe na Domisiyano Ndayizeye
Sat-b nawe yamaze kwakira akandi kazina gashasha inyuma ya Magonde, Satura, n’ayandi menshi, ubu naho yamaze guhabwa Sidibe. Ku batavyibuka ako kazina kabonetse mu kiganiro uwahoze ari umukuru w’igihugu yatanze mu Kiganiro…