5.5 C
New York
Monday, January 18, 2021
Home abakinyi bakina hanze Saido Ntibazonkiza, na Selemani akarorero keza Ku gihugu

Saido Ntibazonkiza, na Selemani akarorero keza Ku gihugu

Akuzuye ntikamurikwa, urugo rw’imigisha rutah’ impundu, ntawutanga ica adafise ,.. Iyo nimwe mu migani twokoresha mu kwerekana umutima wo gukunda igihugu uri muri Saido na Selemani ba kizigenza b’intamba mu Rugamba koko.

Uravye imyaka iyo miyabaga itunzwe no gutera agapira ikagira, n’umutima w’urukundo rududubiza muriyo , urindi runganwe rwari rukwiye kubigako mu gufata iyambere kuri kazoza k’igihugu.

Ayo namwe mu majambo ashirwa ahabona n’abakurikiranye urukino rwo kuwa 23 Rusama, rwari rwateguye na Ntibazonkiza kumwe na Selemani mu ntumbero yo kugarukira Ku miryango yo mu Gatumba yatewe n’umwuzure w’amazi.
Uburyo bwavuye mururwo rukino iyo mirwi ukwari ibiri yanganije kimwe kimwe Ku kindi vuba burashitswa gutabara iyo miryango.
Uruganda rwa Indundi Sport Rukaba rukeje bimwe bivuye Ku Mutima Iyo miyabaga.

Mw’ido n’ido mukurikirane muri video uko biri

Must Read

Umurundi Didier Touya agiye gukinira umugwi wa Mbeya City wo muri...

0
Umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania wamaze kugura umukinyi w‘umusatirizi w’umurundi Dider Touya yigeze gukinira umugwi LLBS4A. Didier Touya akaba agiye...