5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home Burundi Rukinzo Fc yaraye inganije na Aigle Noir i Bujumbura

Rukinzo Fc yaraye inganije na Aigle Noir i Bujumbura

Hari Ku musi wa Gatandatu Igenekerezo rya 23 Rusama 2020, Isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’Ingoma aho umugwi Rukinzo Fc wari wakiriye Aigle Noire The Fighters w’i Makamba mu rukino rw’igice ca kabiri gishira icanyuma c’igikombe c’Umukuru w’igihugu . Urwo rukino rukaba rwararangiye imigwi yompi inganije igitsindo 1 kuri 1.

Nshimirimana Jospin niwe yatanguye kwinjiriza igitsindo umugwi Aigle Noire Ku munota wa 59 w’urukino , mugihe ica Rukinzo cinjijwe na Niyonkuru Pascal Ku munota wa 70, urukino ruca rurangira iyo migwi yompi inganije .

Mukamenya ko urukino rwo gusubiriza ruzobera I Makamba ku kibuga ca Peace Partk Complex Ku musi wa Gatandatu Igenekerezo rya 06 Ruheshi 2020.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....