5.5 C
New York
Monday, November 29, 2021
HomefootballFFB : Abarorerezi batarenga ijana nibo bazohora barorera inkino ku kibuga c'intwari

FFB : Abarorerezi batarenga ijana nibo bazohora barorera inkino ku kibuga c’intwari

Inyuma yaho ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB rifatiye ingingo abarorezi kudasubira kurorera inkino izarizo zose zibera ku kibuga c’intwari kumvo z’uko mu rukino rwa Inter Star na Musongati Fc hariho abarorerezi binjiye mu kibuga igihe urwo rukino rwari rwarangiye niho iryo shirahamww guca rifata ingingo y’uko ata murorezi n’umwe azosubira kurorera inkino zisigaye ku kibuga c’intwari.

Mw’ikete ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryaraye ryanditse y’uko abarorezi bazohora bitabira inkino bazoba batarenga 100 ni ukuvuga ko umugwi umwe uzoba ufise abarorerezi 50 uwundi 50.

Umugwi uzoba wakira, abarorerezi bawo bazohora bicara mu bwugamwo B, (Tribune B), mugihe umugwi uzoba wakiriwe abarorerezi bawo bazohora nabo  bicara mu bwugamo C ( Tribune C).

- Advertisment -

Must Read

Preeze ngo yahebeye abandi muri Platform show awards 2021

0
Preeze ari mu gitigiri c’abaririmvyi bari bashizwe mw’ihiganwa rya Platformshowawards 2021 mu gice ca Hip Hop/Rap, ariko yasavye gukurwa muri iryo higanwa. Akoresheje urubuga rwiwe...