5.5 C
New York
Wednesday, January 26, 2022
HomeBurundiIbara rishobora kurwa hagati ya Mutima n'infura yiwe

Ibara rishobora kurwa hagati ya Mutima n’infura yiwe

Kuba bugabo bwigaba,agakengere, kutubaha abavyeyi ndetse no guhangamaso ivyo abavyeyi babiriye akuya ni bimwe bituma  imisore yo muri ino myaka itava kuziko ngo ije guhiga ubuzima bwite.

Ivyo ni vyago dusanga mu magorwa y’umukinyi w’ivyese azwi kw’izina rya  Mutima.

Birashoboka ko ivyashikiye Mutima woba umaze kubibona canke kuvyumva ushobora kudushikiriza muri komanteri(coment) uko bimeze aho muherereye.

Twigishanye tubicishije mu vyese

 

- Advertisment -

Must Read

Uko za nkino z’ibihangange muri basketball zagenze

0
Ihiganwa Super finale n'ihiganwa ryashizweho n'ishirahamwe ry'umupira w'amaboko basketball (FEBABU) ifadikanije n'ishirahamwe Brarundi babicishije mu kinyobwa Viva. Iryo higanwa rikaba rihuza imirwi imaze gushika mu...