Burundifootballgroups-at-messagekirundiSport

# Indundi Sports | PLB: Uko imigwi yatsindanye kundwi ya 28

Kuva kuri uyu a gatandatu w’ igenekerezo rya 29 Rusama 2020, ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi ya 28 yaryo .

Uku Niko imigwi yaraye itsindanye :

-Inter Star yatsinzw Vital’o Fc ibitsindo 2 kuri 1

– Flambeau du Centre inganya na Aigle Noir 0 Ku 0

– Ngozi City inyagirwa na Rukinzo Fc ibitsindo 4 kuri 1

– Kayanza United itsinda les lierres ibitsindo 2 Ku 1

– Athletico Academy itsindwa na Buja city igitsindo 1 Ku 0

– Bumamuru itsindwa na Onlympic Star ibitsindo 3 kuri 1

– Messager Ngozi Itsinda BS Dynamik ibitsindo 2 kuri 1

– Musongati Fc yanyagiye LLBS4A ibitsindo 4 Ku 0

What's your reaction?

Related Posts

1 of 313