5.5 C
New York
Tuesday, January 26, 2021
Home football League B: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 10

League B: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 10

Kuva ku musi wa gatandu igenekerezo rya 30 no ku musi w’Imana igenekerezo 31 Rusama 2020, ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije kundwi ya 10, uku niko imigwi yatsindanye :

– Umugwi wa Telaviv watsinze Umugwi wa Volontaire igitsindo 1 ku 0

– Messager Rumonge yatsinzwe na les Junes Athletiques

– Buhumuza Fc yatsinzwe na Flambeau de l’est igitsindo 1 Ku 0

– Les Éléphants yatsinze Muzinga Fc ibitsindo 2 kuri 1

– Moso Sugar yatsinze Garage Fc ibitsindo 2 Ku 0

– Delta Star inganya na Lumière igitsindo 1 kuri 1

– New Oil yatsinze Top Junior ibitsindo 2 kuri 1

– Unité Fc yanyagiwe na Royal Fc ibitsindo 5 kuri 1

Uko niko imigwi irushanya amanota :

Mw’itsinda rya A:

1. Muzinga Fc 23pts
2. Les Éléphants 23pts
3. New Oil F C15pts
4. Telaviv Fc 15pts
5. Les Jeunes Athlétique 13pts
6. Top junior 11pts
7. Messager Rumonge 6pts
8. Volontaire 5pts

Mwitsinda rya B:

1. Delta Star 19pts
2. Royal Fc 17pts
3. Garage Express 15pts
4. Moso Sugar 15pts
5. Buhumuza 14pts
6. Flabeau de l’Est 13pts
7. Unité Fc 8ts
8. Lumières Mwumba 8pts

 

Must Read

Umukuru w’igihugu c’Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba...

0
Intambwe Uburundi bugezeko mu kunagura imigenderanire hagati y’abwo n’igihugu c’Urwanda ngo irashimishije. Umukuru w’igihugu c’Uburundi yabishikirije mw’ikoraniro kaminuza ry’umugambwe CNDD FDD riherutse kubera i...