5.5 C
New York
Tuesday, January 18, 2022
HomeBurundiNgozi-Marangara : Umurwi CVR watanguye kuzura ibisigarira vy’abahambwe mu binogo rusangi

Ngozi-Marangara : Umurwi CVR watanguye kuzura ibisigarira vy’abahambwe mu binogo rusangi

Igikorwa co kuzura ibisigarira vy’abantu bahitanywe n’urwimo rwabaye mu mwaka wa 1988 ku mutumba wa Burenge muri komine Marangara intara ya Ngozi catanguye kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 2 Ruheshi 2020.

Musitanteri arongoye iyo komine ya Marangara yamenyesheje ko ku mitumba 34 iri muri iyo komine myinshi bamaze kwumva ko imwo ibinogo rusangi vyatawemwo abantu.

Buramatari w’intara ya Ngozi Albert Nduwimana, asaba abanyagihugu kutitirira ubwo bwicanyi umugwi uyu canke uriya.

- Advertisment -

Must Read

Indyarya ya Emery Sun ngo niyo yaje guhumuriza abatari abakunzi b’ibishegu

0
Umuririmvyi w’umurundi azira igishegu ngo ni Ir Emery Sun, ivyo ni ibiheruka gushikirizwa n’umuririmvyi akaba kandi n’umuhinyanyuzi Pacifique Nzitonda benshi bazi nka Paci Etoile...