5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home Burundi Amatora 2020 : Sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro yaraye ishikirije uwatsinze amatora

Amatora 2020 : Sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro yaraye ishikirije uwatsinze amatora

Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje, ku muhingamo wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020, ko Evariste Ndayishimiye yaserukiye umugambwe CNDD FDD, ariwe yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu yabaye kuwa 20 Rusama 2020.

Iyo sentare yasiguye ko yasanze ibirego vyatanzwe n’umugambwe CNL ku tunenge wavuga ko twabaye muri ayo matora bidafashe. Umugambwe CNDD FDD uza mu kibanza ca mbere mu matora yose.

Kubw’iyo ngingo ya sentare, mu kibanza c’abashingamateka, umugambwe CNDD FDD ufise intebe 86, CNL 32, UPRONA intebe 2 hamwe n’intebe 3 z’abo mu bwoko bw’abatwa.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....