Breaking News:Prezida Pierre Nkurunziza yaryamiye ukuboko kw’abagabo
Umukuru w'igihugu c'uBurundi yitavye Imana mu bitaro vyo mu Ntara ya Karusi nkuko Reta y’Uburundi ibishikiriza. Reta y'Uburundi imenyesha ko iri n'umubabaro udasanzwe w'ukumenyesha urupfu…