# Indundi Sports | Abakinyi ba Haleluya Fc bagiye kwunamira ubwanyuma umukuru w’igihugu
Mugihe abarongozi batandukanye bamaze imisi bishikira ku kirimba c'umukuru w'igihugu mu ngoro yitire Ntare kwunamira ndetse no gutanga ubutumwa bwabo bujanye n'ubuzima bwa Petero Nkurunziza yaraye aryamiye…