5.5 C
New York
Saturday, September 25, 2021
HomeBurundi# Indundi Sports |PLB: Uku niko imigwi izohura ku ndwi ya 29

# Indundi Sports |PLB: Uku niko imigwi izohura ku ndwi ya 29

 

Kuva Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 19 gushika kuwa gatandatu igenekerezo rya 20 ihiganwa rya Primus league rizoba riteye ku kundwi yaryo ya 29 .

Uko Nniko imigwi izohura:
ku musi wa gatanu 19/06/2020

-B.Dynamic izohura na Ngozi City Isaha icenda n’igice 15h30 Ku kibuga c’Urunani

– Olympic Star izokwakira Les lierres isaha icenda n’igice 15h30 Ku kibuga c’Umuco i Muyinga

Ku musi wa Gatandatu Igenekerezo rya 20 Ruheshi 2020 :

– Aigle Noir CS izokwakira Buja city isaha icenda n’igice 15h30 Ku kibuga citiriwe Petero Nkurunziza Peace Park

– Flambeau du Centre izokwakira Bumamuru Fc isaha icenda n’igice 15h30 Ku kibuga c’Ingoma i Gitega

– Kayanza United izokwakira Musongati Fc isaha icenda n’igice 15h30 Ku kibuga c’Umuco

– Messager Ngozi izokwakira Inter Star Isaha icenda n’igice 15h30 Ku kibuga c’Urukundo I Ngozi

– Rukinzo Fc izokwakira Athletico Academy isaha icenda n’igice 15h30 Ku kibuga c’Urunani

– Vital’o Fc izokwakira LLBS4A isaha icenda n’igice 15h30 Ku kibuga c’Intwari

- Advertisment -

Must Read

Hamenyekanye izina ry’igikorwa Masterland agira asohore

0
Ni mu gihe twari duheruka kumubona mw'ihiganwa rya Tagata na Primustar aho yashitse mu gice gishira ica nyuma ariko ntiyaronka amahirwe yo gutahukana agashimwe...