5.5 C
New York
Monday, January 25, 2021
Home Burundi PLB: Uku niko imigwi yatsindanye Ku ndwi ya 29

PLB: Uku niko imigwi yatsindanye Ku ndwi ya 29

Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 19, kumwe n’umunsi wa gatandatu igenekerezo rya 20 ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league ryari riteye kundwi yaryo ya 29 .

Imigwi ikaba yatsindanye uku gukurikira:

– Bs Dynamic yanyagiye Ngozi city ibitsindo 4 kuri 2

– Olympic Star yanyagiye les lierres ibitsindo 5 kuri 1

– Vital’o Fc yatsinzwe na LLB ibitsindo 2 kuri 1

– Aigle Noir yanyagiye Buja city ibitsindo 6 kuri 2

– Kayanza United yanganije na Musongati Fc igitsindo 1 kuri 1

– Messager Ngozi yanyagiye Inter star ibitsindo 3 Ku 0

– Flambeau du centre yanyagiye Bumamuru ibitsindo 3 kuri 2

– Olympic Star yanyagiye les lierres ibitsindo 5 kuri 1

Must Read

Platini ngo aronse ah’aca Shaddy Boo Ubwiza bwiwe ntiyobwitesha

0
  Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka...