groups-at-messageInkino

Uku imigwi yatsindanye kundwi ya 12

Mu mpera z’indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri ryari ryabandanije kundwi ya 12 .

Uko Niko imigwi yatsindanye muri
*Ligue B Burundi*:

_Garage Express yatsinze Delta Star ibitsindo 2-1

Muzinga FC yatsinze New Oil FC ibitsindo 4-3

Flambeau de l’est yatsinzwe na Royal FC ibitsindo 2-1

-Messager Rumonge yanganije na Les Elephants igitsindo 1-1

– Telaviv yatsinze Top junior ibitsindo 2-1

Unité Fc yanganije na Moso sugar igitsindo 1-1

– Volontaire itsindwa na Les jeunes ibitsindo 3-1

– Lumière de Mwumba itsinda Buhumuza ibitsindo 2-0

Uko Niko imigwi igenda isumbana amanota:

Mw’itsinda rya A:

1. Les Éléphants: Ifise amanota 27
2. Muzinga Fc: Ifise amanota 27
3. Telaviv Fc : Ifise amanota 21
4. New Oil Fc: Ifise amanota 16
5. Les Jeunes Athlétique: Ifise amanota 15
6. Top junior: Ifise amanota 11
7. Messager Rumonge: Ifise amanota 7
8. Volontaire : Ifise amanota 6

Mw’itsinda rya B

1. Royal Fc : Ifise amanota 23
2. Delta Star: Ifise amanota 22
3. Garage Express: Ifise amanota 18
4. Buhumuza: Ifise amanota 17
5. Moso Sugar: Ifise amanota 16
6. Lumières Mwumba : Ifise amanota 14
7. Flambeau de l’Est: Ifise amanota 13
8. Unité Fc: Ifise amanota : 9

What's your reaction?

Related Posts

1 of 7