Ivyo utari uzi ku mushikiranganji wa mbere n’icegera c’umukuru w’igihugu
https://youtu.be/Vo4WGrWHsHE Umushikiranganji wa mbere niwe arongora Reta agakurikiranira hafi ibikorwa vyayo nkuko biri mw’ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi ryo mu mwaka w’2018. Mu gihe atanze imihoho, umushikiranganji wa…