5.5 C
New York
Saturday, January 16, 2021
Home abakinyi bakina hanze PLB: Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 30

PLB: Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 30

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus league ryaraye rigeze kumusozo.

Uku niko imigwi yaraye itsindanye :

– Les lierres yaraye inyagiwe na Aigle Noir CS ibitsindo 6 kuri 1

– Flambeau du Centre yaraye inyagiye Ngozi city ibitsindo 5 kuri 1

– Inter Star yaraye itsinzwe na BS Dynamic ibitsindo 2 kuri 1

– Vital’o Fc yaraye inyagiye Rukinzo Fc ibitsindo 4 kuri 2

– Musongati Fc yaraye itsinzwe na Buja city ibitsindo 3 kuri 2

– Olympic Star yaraye itsinzwe na Messager Ngozi ibitsindo 3 kuri 2

– LLBS4A yaraye itsinze Kayanza United ibitsindo 3 kuri 2

– Bumamuru Fc yaraye itsinze Athletico Academy igitsindo 1 Ku 0

Must Read

Moustapha Francis yaguzwe na Costa Union yo muri Tanzania

0
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Nzero 2021, niho Umukinyi w’umurundi Moustapha Francis Njali yaguzwe n’umugwi Costa Union wo mu gihugu ca Tanzania,...